Inyuma y'imyaka hafi itatu ata ndirimbo nshasha asohoye, umuririmvyi y'Umurundi aba mu Bwongereza, Yoya Jamal, avuga ko ubu abakunzi b'indirimbo ziwe bokwiruhutsa. Inyuma yo gusohora indirimbo ikunzwe ...